Vidéos du Sénat
Suivez les activités du Sénat du Burundi en vidéo : séances plénières, commissions, descentes et événements.
- 13Vidéos
Dernière vidéo
Utabikurikiranye uri Ambasaderi kandi igihugu arico cakurungikiye, igihugu naco ni twebwe.
Ambasaderi mu gihugu arimwo yumvise umurundi yagize ikibazo, ico kibazo yategerezwa kukigira iciwe, akiruka n'inguvu ziwe zose kugira ico kibazo gitore inyishu. Ubutumwa bw'Umukuru w'Inama Nkenguzamateka Nyeniteka Gervais Ndirakobuca ku mushikiranganji w'imigenderanire y'Uburundi n'ayandi makungu, iyinjira ry'Uburundi…
Turiko turashira abantu bacu mu ngorane. Mbe ayo mahera yose batanga atwarwa na ba nde ?
Inyishu z'umushikiranganji mu vyo ajejweharimwo imigenderanire y'Uburundi n'ayandi Makungu
Nyakubahwa umushikiranjanji arwane no kuzikorora akurikiranye amakosa imwe imwe iriko irakora.
Ntanumwe ari hejuru y'amategeko. Twese dutegerezwa kuja munsi y'amategeko ku neza y'igihugu cacu.
Inyishu z'Umushikiranganji w'inyubako, uburaro rusangi ku bibazo vy'abakenguzamateka
Kurikirana Integuro y'ibwirizwa ritunganya amasezerano yo gufashanya hagati ya y'Uburundi na Angola
None ivyo bintu bikorerwa he ? Aranwa aka mbere yanwa aka kabiri ukabona atanguye gutwengatwenga.
Mbe mubatinyira iki? Begeranye mubafate, mubafatane itonga mubashengeze.
IJAMBO RISHIKIRIJWE MU GUSOZERA INGENDO Z'ABAKENGUZAMATEKA MU MAKOMINE
Ingendo z’abakenguzamateka zo kurimbura intambwe indongozi zo mu makomine (Komine Bukinanyana)
Ntamuntu numwe afise uburenganzira bwo kuyasigarana mu nzu mu gihe imbombo rusangi ritagira amazi.
Ingendo z’abakenguzamateka zo kurimbura intambwe indongozi zo mu makomine (Komine Mugina)
Aucune vidéo ne correspond à votre recherche.


